Skip to content
HeyJared

SBS Kirundi - SBS mu Kirundi

Independent news and stories from SBS Audio, connecting you to life in Australia and Kirundi-speaking Australians. - Amakuru yo kwizera hamwe n’inkuru ziguha akaryo ko kumenya ivy’ubuzima muri Australie co kimwe n’umuryango ndundi uba muri Australie.

Podcast · By SBS · Rundi · Official site

Indexed episodes, last 90 days
2
Latest publication
Sep 22, 2026
Audience
Checking…
Earliest in this view
Sep 22, 2026

Latest episodes

  1. Episode · Sep 22, 2026

    Ninde vyukuri atwara Australiya, woba ufise ikibanza icahe | Ingene Australiya ikora (opens the original)

    Episode notes

    Read excerpt

    Woba uzi uwoshobora kugufasha igihe ukeneye uruhusha rwo gutangura kwikorera utwawe, ufise ikibazo kijanye nokuriha inzu ubamwo canke ukeneye imfashanyo yo gufasha umuryango wawe? Biciye mu ntahe za Fedele, Carol na Abeer, tahura ingene inzego zitatu z’ubutegetsi bwa Australiya zikora. Menya ico ubutegetsi bw’akarere (local government), ubwa reta (state ari nayo territory government), n’ubw’igihugu (federal government) bujejwe gukora, hamwe n’aho wokwitura kugira uronke amakuru, imfashanyo canke

  2. Episode · Sep 22, 2026

    Waramaze kuba uwaha | Ingene Australiya ikora (opens the original)

    Episode notes

    Read excerpt

    Inzego za reta za Australiya, amategeko n’ibikorwa vya reta vyoba bigira gute ingaruka mubuzima bwawe bwa minsi yose? Biciye mu ntahe, iki gice gitangura curukurikirane rwibiganiro vyabaye kirakwereka aho wokura amakuru n’imfashanyo igihe ubikeneye, hamwe n’ingene wobaza ivyerekeye ingingo yafashwe. How Australia Works ni urukwirikane rwikiganiro ca SBS gikoresha intahe n’insiguro zoroshe kugira igufashe gutahura ingene ubutegetsi bwa Australiya bukora, ingene amategeko ashirwaho canke ahindurwa

Publishing over time

Last 90 days. Choose a month to open its work.

Recurring subjects

Named in the text we hold. One piece can cover several.

Audience

No verified audience measurement yet.

About this data

Counts cover the work we have indexed. Tone needs enough text and a confident classification. Excerpts and episode notes are not full articles or transcripts.

Identity or attribution wrong? Suggest a correction.

See coverage about SBS Kirundi - SBS mu Kirundi