Skip to content
HeyJared

isôko

Kaze mu kiganiro isôko, aho duhuriza ivyiyumviro kugira tumenye twongere dutahure ibijanye n'amagara yo mu mutwe.Mu kibano cacu birasa nk'ivyibagiwe ariko reka tube mubavyibuka, kandi bavyibutsa abandi.Mbega amagara yo mumutwe niki?biraba nde?twoyitaho gute?

Podcast · By Sheï · French · Official site

Indexed episodes, last 90 days
1
Latest publication
Aug 14, 2026
Audience
Checking…
Earliest in this view
Aug 14, 2026
The latest indexed work is over 30 days old. There may be a gap in what we hold.

Latest episodes

  1. Episode · Aug 14, 2026

    EP 09 Uburemere bw'amajambo tuvuga (opens the original)

    Episode notes

    Read excerpt

    Amahoro neza bakunzi bo kw'isoko, Muri iki kiganiro gishasha nipfuje ko twofata akanya gato cane twiyumvire ku buremere amajambo tuvuga agira kubandi. Mbe namwe muvyibazako iki? Ikiganiro mugisangize abandi, mwongere mutubwire uko mwacumvise. Mugire amahoro muri vyose!

Publishing over time

Last 90 days. Choose a month to open its work.

Recurring subjects

Named in the text we hold. One piece can cover several.

Audience

No verified audience measurement yet.

About this data

Counts cover the work we have indexed. Tone needs enough text and a confident classification. Excerpts and episode notes are not full articles or transcripts.

Identity or attribution wrong? Suggest a correction.

See coverage about isôko